Ticker

6/recent/ticker-posts

BURUNDI BOMBASTIC AGENCY 🌟


 BoMBASTIC AGENCY🇧🇮


NI ikampuni yo muri Tanzania ikaba ikorera no mubihugu vyinshi vyakarere ka afrika harimwo n'uburundi. 


Bombastic ni ikampuni itanga amahirwe yo kwinjiza amafaranga kuva kuri 15000fbu kumusi gushika kuri 50.000fbu ku kwezi 


UBURYO BWO KWINJIZA AMAHERA NI NKA:


1 Kurungikira link yawe abandi bantu

2 bonus z'ibibazo vya burindwi 

3 kurorera(kuraba)utu video 

4 gukunda (j'aime) amatangazo

5 gushira itangazo rijanye na kampuni kuri statut yawe 

6 gukina udukino(jeux)

7 kwishura inyishu zibibazo vyatanzwe


Mukwinjira rero uca kuri link wahawe n'uwundi ukaca kwiyandikisha wisunze umwidondoro uhabwa. 

 

Uhejeje kwiyandikisha, amafaranga yo kwiyandikisha ni 22.000fbu, ntayindi garama nyuma yo kuriha,ayo uba utanze niwo mutahe wawe.